Scroll to Top

#Indundi Sports | Ntibazonkiza atsinze igitsindo ciwe ca mbere muri kaysar FC[Video]

By Alain Muhirwe / Published on Sunday, 12 Mar 2017 09:51 AM / /

Mu rukino rugira kabiri mw’ihiganwa ryo mu gihugu ca Khazakistan, uwahoze ari kizigenza w’Intamba mu rugamba Saido Ntibazonkiza, ahejeje gutsinda igitsindo ciwe ca mbere muri uyo mugwi, ico gitsindo kikaba gihesheje intsinzi n’ amanota atatu ku mugwi wiwe. Kaysar ukaba utsinze umugwi wa Tarzar, ukaba ufashe ikibanza ca mbere.

Two bibutsa ko Mu rukino rwa mbere rwiryo higanwa, Saido Ntibazonkiza akaba yari yinjijwe mu minota ya nyuma kubera yari yababaye ari mu myimenyerezo, ariko ntivyamubujije ko agaragaza urukino rwiza, bituma n’umugwi wiwe utahukana amanota atatu ya mbere.

Tagged as:

Add Comment

Comments (1)

Bahati
2017-03-12 00:00:00

Komera komera nkumuzinga Capitain wacu.Turasavye abantu batwara umupira bakugarukana kabisa muri equipe Mr Kizigenza forever

Write a comment ...
Post comment
Cancel