Scroll to Top

Tz | Ivyo Diamond yasavye Pr. Magufuli ngo bigiye kwirwako vuba bwango

By KING YANN COOL / Published on Tuesday, 14 Mar 2017 10:37 AM / /

Magufuli yaterefonye mu kiganiro Diamond yarimwo, atanga ihumure ko ico Diamond asavye bagiye kucigako. 

Mu kiganiro umuririmvyi Diamond Platnumz yatanze muri kano gatondo kuri imwe mu mboneshakuru zo mu gihugu ciwe c’amavukiro, yasavye umukuru w’igihugu Magufuli kuraba igisata c’umuziki naco akagishigikira mu kubateza imbere nkuko abikora mu bindi bisata.

Earlier today on my interview with Clouds TV 360, when I was discussing about how far we got and what are the challenges we have on our industry, and The President of Tanzania Dr.John Pombe Magufuli called in the middle of the interview and promised that he will help us with the challenges that we facing.(Mapema leo kwenye interview yangu na Clouds tv nlipokuwa nazungumzia hatua na Changamoto ya sanaa yetu na mh Rais wa jamuhuri ya tanzania Dr. John Pombe Magufuli kutupigia Simu live na Kuahidi kututatulia matatizo yetu kwenye sanaa..🙏)

Posted by Diamond Platnumz on Tuesday, March 14, 2017

Ako kanya nyene, uwo mutware akurikiranira hagufi amakuru y’umuziki akaba yaciye akora ku rutsinga aterefona muri ico kiganiro atanga ubutumwa bw’ihumure ko nawe agiye kubasubiriza mu ndumane, ngo agiye kucigako ico kibazo. Akaba kandi yanaboneyeho akaryo ko gukeza abo baririmvyi badahengeshanya kwerekana ubwiza bw’igihugu mu makungu.

Mwomenya ko atari irya mbere uwo mukuru w’igihugu abikora, kuko yanaheruka guterefona mu kindi kiganiro kivuga ku muziki nyene, aho yariko akeza abakozi ku kazi k’iteka bakora.

 

Irya Mbere I Burundi #ECONET LEO Yashize ahabona Connection Inyaruka cane ya 4G LTE

Tagged as:

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel