Scroll to Top

#Indundi Sports| Abakinyi 23 b’intamba mu rugamba bazohura n’igihugu ca Tanzaniya

By Alain Muhirwe / Published on Thursday, 16 Mar 2017 06:16 AM / /

Kuri uno wa kane, igenekerezo rya 16 Ntwarante 2017, niho umumenyereza w’intamba mu rugamba, Niyungeko Alain Olivier yashira ahabona, urutonde rw’abakinyi 23, bagiye kwitegurira urukino ruzohuza Uburundi na Tanzania kw’italiki ya 26 za kuno kwezi. Urwo rutonde rukaba rwashizwe ahabona, n’urubuga rw’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru hano iwacu.

Bivanye n’inkino zibiri Uburundi bwaheruka gukina n’igihugu ca Djibouti, zatumye umumenyereza ashobora gutora abakinyi bagera kuri 23, muri 27 yari asanzwe afise. Abaronse amahirwe y’ukuja muri urwo rutonde n’aba:

1 Nahimana Jonathan

2 Mutombola Fabien

3 Rugumandiye Yvan

4 Kiza Fataki

5 Harerimana Rachid Léon

6 Selemani Moustapha

7 Moussa Omar

8 Ndoriyobija Eric

9 Nshimirimana David

10 Moussa Amissi

11 Ndaye Chancel

12 Ndayisenga Franck

13 Ndayishimiye Yousuf

14 Urasenga Cédrick Danny

15 Ntirwawa Sudi

16 Salum Ramadhan

17 Barirengako Franck

18 Ndikumana Trésor

19 Nsabumukama Enock

20 Duhayindavyi Gael

21 Fataki Ali Intelligent

22 Bimenyimana Bonfils Caleb

23 Ndarusanze Jean-Claude

Imyimenyerezo ikaba igiye gutangura ku munsi wa mbere, imbere y’uko bafata indege igana igisagara ca Dar es Salam, aho urukino rutegekanijwe ku kibuga ca Uwanja wa Taifa.

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel