Scroll to Top

Uburundi buzoseruka muri Cross Country mu gihugu c’Ubuganda [ Interview].

By Alain Muhirwe /Published on Friday, 17 Mar 2017 05:53 AM // 274 views

Mu mpera z ukwa gatatu mu gisagara ca Kampala hazoba hariko  habera inkino zo gusiganwa z’isi yose bita Cross Country. Uburundi bukaba bugiye guseruka mur’ iryo higanwa, aho buzoba bufise abasore n’inkumi bagera kuri 12.

Mu banonotsi bazwi hano mu Burundi no ku mugabane mpuzamakungu, harimwo Olivier Irabaruta asanzwe ari mu gihugu c’Ubutaliyano, Thierry Niyonizeye asanzwe ari mu gihugu ca Espagne.

Mw’ishirahamwe ry’ukwinonora imitsi hano mu Burundi, barafise icizere ko iryo higanwa rizogenda neza, Twumvirize Dieudonne Kwizera asanzwe arirongoye :

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel