Scroll to Top

#indundi Hits show week11 Ep17

By king epimax /Published on Friday, 17 Mar 2017 09:18 AM // 203 views

babbi yarahiye ararerwa ko atamugambi wo gushinga urugo rwiwe afise  ngo nubwo yaririmvye indirimbo until i die isigura ngo gushika upfuye ivyo akaba yabivugiye Mu kiganiro indundi hits show co kuri uyu wagatanu  itariki 17  ndamukiza

Muri ico kiganiro nyene niho snow cay yifatiye mugahanga stikk yahoze muri over do mukubatiza akabwa  kiwe izina rya stikk

vyinshi bikurikirane hano uko vyari bimeze

Indundi Hit show week11 Ep17


Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel