Scroll to Top

#Indundi Sports| Muri Messager Ngozi ngo n’aho batabandanije ihiganwa rya CAF barafise ico bize.

By Alain Muhirwe / Published on Sunday, 19 Mar 2017 06:59 AM / /

Hari ku munsi w’ejo, inyuma y’ukunganya mu rukino rwabahuza na Zesco United yo mu gihugu ca Zambia, ku bitsindo bibiri ku bindi (2-2). Bikaba vyatumyw basezererwa mw’ihiganwa ry’igikombe ca CAF.

Umwe mu bamenyereza b’uyo mugwi yaragize ico aganiriye abanyamakuru.

52 total views, 0 views today

Tagged as:

Add Comment