Scroll to Top

#indundi Sports| Zesco United barashimshijwe n’itsinzi yabo [Interview].

By Alain Muhirwe / Published on Sunday, 19 Mar 2017 11:14 AM / / 283 views

Mu mugwi wa Zesco United, inyuma y’aho bakuriyemwo umugwi wa Messager Ngozi ku munsi w’ejo, umumenyereza wabo, yarashimye intambwe bashitseko, n’ubwo atashimye ingene abakinyi biwe bigenjeje mu rukino bakinye.

Mwumvirize umumenyereza wabo, uwitwa Zlasko Krmpotic asaznwe ava mu gihugu ca Serbia:

Categories : homepage
Tagged as:

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel