Scroll to Top

Pierrot Kwizera ati n’umunezero mwinshi Ku ntambwe twateye

By Radjabu Bosingwa / Published on Monday, 20 Mar 2017 09:08 AM / /

Umukinyi w’umurundi Kwizera Pierrot aranezerezwa cane n’itsinzi baraye baronse batavunitse ibaha uburengazira bwo kubandanya mu nkino za confederation Cup.

Umugwi wiwe  Rayon Sport waraye urose  itike yo kubandanya igice gikurikira muri Confederation Cup,  inyuma y’ishirahamwe ry’umupira wa maguru wa Malie rifatiwe ibihano n’ishirahamwe rirongoye umupira kwisi FIFA ryahagaritse imigwi yose yo muri ico gihugu kutabandanya bakina inkino mpuzamakungu.

 

Umviriza Pierrot kwizera mw’ ido n’ido.

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel