Scroll to Top

Urutonde r’wabakinyi 18 bagiye kwerekeza mu guhugu ca tanzania

By Radjabu Bosingwa / Published on Monday, 20 Mar 2017 04:57 AM / / 1346 views

Amakuru  ava mw’ishirahamwe ry’umupira wa maguru FFB n’uko umumenyereza Alain Olivier Niyungeko yamaze gutanga urutonde rw’abakinyi 18 bagiye kwerekeza hariya mu gihugu ca Tanzania gukina umukino w’igicuti n’umugwi wa tanzania Taifa Stars .

Abamenyereza
—————–
1) alain olivier niyungeko
2) Bupfubusa Joslin

3) amidou hassan

Abazoherekeza umugwi
—————–
4) youssuf mossi azoba aserukiye ishirahamwe ry’umupira wa maguru FFB

5) Manirakiza Marc umu encadreur

6) Ntunzwenimana Innocent Umuganga.

Abakinyi 18 bagiye kwerekeza i dar es salam itariki 25.
———————

1) Nahimana Jonathan
2)Mutombo fabien
3)Selemani Moustapha
4)Ndoriyabija Eric
5) Salum ramadhan
6)Barirengako Franck
7) Harerimana rashid leon
8) Ndikumana tresor
9)Ndarusanze Jean -cloude
10) ntigwaza Sudi
11)Duhayindavyi Gael
12)Urasenga cedric Dany
13) Fataki ally intelligent
14)Sabumukama Enock
15) Moussa Omar
16) Ndayishimiye Youssuf
17) Nshimirimana David
18) Kiza Fataki.

Mu kibukako umugwi nserukira gihugu Intamba murugamba igiye gukina urukino tugira kabiri inyuma yo kwirahira umugwi wa Djibouti ibitsindo umunani (8) mu nkino zibiri .

Intamba mu rugamba ikazofata urugendo itariki 25/03/2017 ikazoca ikina itariki 28/03/2017 hama itariki 30/03/2017 ice ifata urugenda ruza kubashikana ibijumbura.

Categories : Football homepage kirundi

Add Comment

Comments (2)

Manzi
2017-03-20 00:00:00

Iyo liste ayikoreshej neza ntaco ibaye nagato mubakinyi dufise

Guest
2017-03-21 00:00:00

Tubifurij amahirw

Write a comment ...
Post comment
Cancel