Scroll to Top

Urugendo rwa Teressa Neal ni ngirakamaro ku bagebdana ubumuga bwo kutumva

By Editor /Published on Monday, 20 Mar 2017 17:54 PM // 203 views

Urugendo rw’ umupfasoni w’ umunyanerika kazi Teressa Neal rwabaye ngirakamaro Ku bagendana ubumuga bwo kutumva mu kamenge.

Teressa  akaba yashitse hano Iwacu kw igenekerezo rya 08 Ntwarante azanywe no gufasha eka no gukarihiriza ubwenge abagenda ubunuga bo kw’ishuri EPHPHATHA.

Ngo abatumva barakeneye kuganira nkabandi bantu ni naco gituma bashiriweho uburyo bwo gukoresha ibimenyetso.

Uwo muhinga mu kuganira ukoresheje ibimenyetso, yarakarihirije ubwenge abigisha basanzwe bigisha kur’iryo shuri Ku bimenyetso bikoreshwa mu Burundi co kimwe na mpuzamakungu.

Neal akaba ariwe asanzwe afasha ku bijanye nuburyo uwuserukira iryo shuri asanzwe nawe yahoze agendana ubwo bu muga Moses Vyizigiro.

Moses abifashijwemwo nuwo mupfasoni bakaba bafasha abo bagendana ubumuga mu bijanye no gufungura hamwe no gukoresha ibimenyetso mu kuganira.

 

Categories : homepage kirundi

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel