Scroll to Top

#indundi Hits Show Ep18 | Guest:Anrison Vestine

By king epimax / Published on Tuesday, 21 Mar 2017 13:15 PM / /

Icatumye  izindi ndirimbo ntazikorera amasamu nuko hatari bwagere ariko kuri iy’indirimbo nabonye ko arico gihe kuko nabona ko nkoze ikintu ciza n’ubwo novuga ko atari ikirenga cane ariko narabona ko nkoze indirimbo iri mu mudiho ugezweho nka afro beat, Kubijanye n’urukurikirane naho numva hari vyinshi ntarakora ariko gusa ndavyiyumvirako hamwe ndonse uburyo canke abo mfasha indirimbo zirahari habuze uburyo gusa .

Ayo namwe mumajambo Anrison Vestine yavuze igihe yari mu Kiganiro indundi hits show vyinshi ushobora kuvyumva hano

Indundi Hit show with ANRISON VESTINE


 

Tagged as:

Add Comment

Comments (1)

Habimana
2017-03-21 00:00:00

Dukeneye muzemutumira aba kobwa cane kuko nabo barashoboye

Write a comment ...
Post comment
Cancel