Scroll to Top

#indundi hit show Ep21|Guest:kaddy SIMBA

By king epimax / Published on Thursday, 20 Apr 2017 05:27 AM / /

 Kaddy Simba n’umu rapper w’umurundi yavukiye muri Bujumbura Rural aho yariyatumiwe mukiganiro ariko atuyagira kucerekeye indirimbo My.com yakoranye na Mkombozi n’umumenyeshamakuru Lee Marvin kwirikirane vyishi bayaze kubibazo bitandukanye bamubaza  muri ico kiganiro bakoranye

Indundi Hit show with kaddy simba


Tagged as:

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel