Scroll to Top

#Burundi| Ecocash Burundi ibandanya yagura imihora

By La Rédaction / Published on Tuesday, 09 May 2017 14:13 PM / /

Ishirahamwe ry’ugutumatumanako amakuru Econetleo riguma rifasha abanywanyi baryo kworoherwa na canecane muri bwa buhinga bwa none bw’ukurungika hamwe n’ukwakira amafaranga aribwo Ecocash.

Uri mu bihugu vya Kenya na Tanzaniya canke ugafita umugenzi ari muri ivyo bihugu wipfuza kumurungikira canke ko akurungikira amafaranga, koresha ubuhinga bwa Ecocash bunyaruka kandi ku biciro bitavuna hamwe na Instacash.

 

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel