Scroll to Top

PLB : Aba nibo bakinyi bafise ibitsindo vyinshi gusumba abandi

By Radjabu Bosingwa / Published on Thursday, 26 Mar 2020 07:22 AM / /
  1. Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ryashize ahabona abakinyi bafise ibitsindo vyinshi gusumba abandi mw’ihiganwa rya Primus league .Akaba ari aba bakurikira :1) Iddy Muserem akinira umugwi Messager Fc afise ibitsindo 15

    2) Ndayisenge Elyphaz akinira umugwi wa Kayanza United afise ibitsindo 11

    3) Nshimirimana Jospin akinira umugwi wa Aigld Noir afise ibitsindo 10

    4) Ndayishiniye Edouard akinira Buja City afise ibitsindo 9

    5) Kwizera Eric Kirungo akinira umugwi wa Olympic star afise ibitsindo 9

    6) Ali Shabani Valentin akinira Rukinzo Fc afise ibitsindo 9

    7) Asman Akbar akinira Vital’o Fc afise ibitsindo 8

    8) Ramadhan Pascal akinira umugwi Onlympic Star afise ibitsindo 8

    9) Nihoreho Anselme akinira umugwi wa Olympic Star afise ibitsindo 8

    10) Muhindo Fundi Tresor akinira umugwi wa LLBS4A afise ibitsindo 8

    11) Gakiza Aimé akinira umugwi wa Flambeau du centre afise ibitsindo 7

    12) Tuyihimbaze Gilbert akinira umugwi wa Buja city afise ibitsindo 7

    13) Vyamungu Raoul akinira umugwi wa Bumamuru afise ibitsindo 7

    14) Ndarusanze J Claude akinira umugwi wa Kayanza United afise ibitsindo 7

 

Add Comment