Scroll to Top

#Indundi Sports| Buja City: Abakinyi basa n’abarushe [interview]

By Alain Muhirwe / Published on Wednesday, 17 May 2017 01:17 AM / /

Kuri uno mugoroba w’uno wa kabiri,  ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore, habaye urukino rwa mbere rw’indwi ya 29 mw’ihiganwa ry’umupira w’amaguru hano mu Burundi. Urukino rwahuje Aigle Noir hamwe n’umugwi wa Buja City. Urukino rwarangiye imigwi yose ifise ibitsindo bibiri ku bindi (2-2).

Umumenyereza w’umugwi wa Buja City, Amars Akbar Niyogabo akaba yaragize ico ashikiriza urukino rumaze kurangira.Tumwumvirize:

Tagged as:

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel