Scroll to Top

Tambwe yakebuye Abahungu baja mu rukundo n’abakobwa batarababona

By KING YANN COOL / Published on Tuesday, 16 May 2017 18:11 PM / /

Abahungu bakunda n’abakobwa kuri Facebook batarababona ngo ni babe bagenda gahoro gahoro, ubwo nibwo butumwa buri muri Video Tambwe aheruka gushira ahabona.

Umwe mu bakinyi ba Comedie b’abarundi Tambwe, aheruka gushiraho ahabona imwe muma Video aho yerekana umuhungu atangarira umukobwa kandi yaragiye kuraba uwundi.

Uwo mukinyi akaba aho yaganira na Indundi Magazine yamenyesheje ko icatumye akora iyo Video kwari ukugira akebure abahungu.

Ukwo kubakebura ngo n’ukugira bamenye ko bakwiye kugenda gahoro iyo bakundana n’abakobwa kuri Facebook baba batazi.

Uwo mukinyi akaba asanzwe n’izindi zitari nke agira ashira ahabona Ku bufasha bwa GLM Ent. isanzwe imushigikira muri ivyo bikorwa.

Posted by Indundi on Tuesday, May 16, 2017

4,726 total views, 2 views today

Tagged as:

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel