Scroll to Top

#Indundi Sports| Umumenyereza wa LLB arashira ahabona umunezero bafise ku gikombe ca Primus Ligue batwaye[Interview]

By Radjabu Bosingwa / Published on Wednesday, 17 May 2017 21:24 PM / /

Inyuma y’ugutahukana igikombe ca Primus Ligue kigira kabiri mu mateka y’umugwi wa LLB, umumwnyereza w’umugwi wa LLB, yagize ico ashikiriza abanyamakuru bari aho.

Muri make ngo nuko imyaka ibiri yari iheze, uyo mugwi udatwara igikombe yatumye, abakinyi biwe n’indongozi bitegurira irihiganwa ry’uno mwaka, bashiramwo inguvu kuva ku munsi wa mbere w’ihiganwa gushika ku munsi wanyuma w’ihiganwa.

Twumvirize umunezero wiwe:

6,841 total views, 1 views today

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel