Scroll to Top

#indundi sports | Tambwe Amissi igitsindo natsinze Nico cambere gusumba ibindi bitsindo [Interview]

By Radjabu Bosingwa / Published on Thursday, 18 May 2017 09:15 AM / /

Hari ku musi Wa kabiri itariki ya 16 Ruheshi niho umugwi Wa Young African wari ufise urukuno na Toto Fc, urukino rukaba rwararangiye ku ntsinzi ya Yanga aficans 1-0 igitsindo cinjijwe n’umukinyi w’umurundi Tambwe Amissi . Uyo mukinyi akaba yavuze vyishi kurico gitsindo.  Ido n’ido ni hano kur’ino audio.

2,697 total views, 2 views today

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel