Scroll to Top

#Indundi Sports| Abakinyi ba LLB :”Hari ico twarushije iyindi migwi muri Primus Ligue”[Interview].

By Radjabu Bosingwa / Published on Thursday, 18 May 2017 11:41 AM / /

Igihe umugwi wa LLB waraye utwaye igikombe ca Primus Ligue kigira kabiri mu mateka y’uwo mugwi, inyuma y’urukino rwo kuri uno wa gatatu, abakinyi bawo wari umnsi mwiza kuribo na cane cane ko ari incuro ya kabiri batwara igikombe bari muri uyo mugwi.

Aho twovuga nka kizigenza wayo Rashid Leon mu mwaka w’2014, yari muri uyo mugwi, mwumvirize Rashid Léon :

Mwomenya abakinyi bafashije gutwara  igikombe c’umugwi wa LLB : Mutombo Fabien, Harerimana Rashid Leon, Ndaye Chancel, Rugonumugabo Stephan, Ndoriyobija Eric, Kaze Gilbert Demunga, Niyonkuru Trezor, Saidi Djuma Balack, Ndarusanze Claude, Seif Thomson, Andre Tokoto, Habonimana Celsetin,…

2,763 total views, 1 views today

Tagged as:

Add Comment

Comments (1)

Albert
2017-05-18 00:00:00

Nivyiza Felicitation

Write a comment ...
Post comment
Cancel