Scroll to Top

#Indundi Sports| Messager Ngozi barasigura ivyabagoye ku ndwi ya 29 ya Primus Ligue.

By Alain Muhirwe / Published on Friday, 19 May 2017 13:14 PM / /


Inyuma y’ugutakaza amahirwe yukuja mu kibanza ca kane , bivanye n’urukino batakaje ku munsi wa gatatu, imbere ya Athletico Olympique. Messager Ngozi irashikiriza biciye ku mumenyereza wayo, bimwe muvyatumye batakaza amahirwe y’ukuja mu kibanza ca kane.

Messager Ngozi ikaba ifise urukino rwa nyuma  ku munsi w’Imana, aho bazokina n’umugwi wa Vital’o FC, mu rukino rwa mbere, Messager Ngozi wari watsinze igitsindo kimwe ku busa (0-1), mu rukino rwabereye ku kibiga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore.
Twumvirize umumenyereza wayo:

2,524 total views, 1 views today

Tagged as:

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel