Scroll to Top

#Indundi Sports| Muhuza Patient: “ikibanza ca kabiri si kibi n’ubwo twashaka igikombe[Interview]

By Alain Muhirwe / Published on Friday, 19 May 2017 13:07 PM / /

Ku munsi wa gatatu  w’ino ndwi turiko turarangiza ((17/5/2017), igihe vyari bihejeje kumenyekana ko umugwi wa LLB, ariwo  utwaye igikombe c’ihiganwa rya Primus Ligue. Athletico Olympique nayo ikaba yarifashe ikibanza ca kabiri n’amanota 60.

Umwe mu bakinyi ba Athletico Olympique, Muhuza Partient Zokora, yaramenyesheje ko n’ubwo batahukanye ikibanza ca kabiri, intumbero yabo kwari ugutwara ikibanza ca mbere.

Athletico Olympique yari ihejeje gutsinda umugwi wa Messager Ngozi ibitsindo bibiri kuri kimwe (2-1). Twumvirize Muhuza Patient.

1,806 total views, 1 views today

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel