Scroll to Top

#indundi Weekly Music | Top5 Week 19

By KING YANN COOL / Published on Thursday, 18 May 2017 18:12 PM / /

Inyuma ya Big Fariouz gutwara ikibanza ca mbere mu ndwi iheze, ubu umuririmvyi Jean marie asanzwe aririmba indirimbo zihayagiza umukama, nawe yafashe ikibanza ca mbere  muri Top5 y’indwi igira 19 y’uno mwaka. Abaririmvyi nka Sat-b mu karirimbo Rwagiye hehe?, Kolly the magic mu karirimbo Urampimbara,  B face na Sisomeki RMX, hamwe na Happy famba n’akaririmbo Yule, nibo bagarutse muri Top5 y’ino ndwi ya 19 y’umwaka wa 2017. 

1.Vuta Subila By Jean Marie Muco Ft Denis Lison |

Download: 2405 | View :1112


2.Rwagiye He? By Sat-B |

Download: 1008 | View :8678

 


3.Urampimbara By Kolly the Magic |

Download: 569 | View :7879


4.Sisomeki Remix By B Face |

Download: 414 | View :4412


5.Yule – Mr Famba |

Download: 370 | View :6073


#IndundiTv #vivi Peace and Love Ngo Nta kibazo bafitanye na Big Fizzo 

10,586 total views, 1 views today

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel