Scroll to Top

#indundi | Aime M na The Ben bariko barakorana indirimbo

By KING YANN COOL / Published on Friday, 19 May 2017 13:22 PM / /

 

Indirimbo nshasha hagati ya The Ben na Aime, iza yamaze gukorwa.

Hoba hariho indirimbo iriko irakorwa hagati y’abaririmvyi babiri, Aimee M na The Ben [umunyarwanda] Ku mugabane wa amerika nkuko amakuru dukesha abegereye abo baririmvyi abishikiriza.

Ayo makuru nyene akavuga ko abo baririmvyi Bose uko ari babiri, bamaze guhera gushira amajwi muri iyo ndirimbo,ikaba  yaramaze gutangura gukorwa ahubwo isigaye gushirwa ahabona.

Uwo muririmvyi Aime asigaye afise management aho muri Amerika, avuga ko hari n’iyindi indirimbo yiwe nshasha, mu misi ya Vuba azoshira amasanamu yayo ahabona, iyo ngo ikazomutwara amafaranga Atari make mu bijanye n’itunganywa ry’ayo masanamu.

Mwokwibuka ko Aime ari mu baririmvyi b’abarundi Bakora amasanamu azimvye cane aho Ku mugabane wa America.

6,251 total views, 1 views today

Categories : homepage

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel