Scroll to Top

Niyonsaba Francine atahukanye Diamond League ya Stockholm mu metero 800

By Alain Muhirwe / Published on Sunday, 18 Jun 2017 15:55 PM / /

Ku ncuro igira gatanu muri uno mwaka , amahiganwa yo gusiganwa yitiriwe Ligue de Diamand, yari aramutse aba mu gisagara ca Stochkolm.    Umwigeme w’umurundikazi Francine Niyonsaba akaba ariwe atahukanye ikibanza ca mbere ku metero amajana umunani (800).                                                                                                               

Niyonsaba akaba yafashe ikibanza ca mbere, .akoze umwanya ungana 1’59″11.
Kuri uno munsi akaba atarikumwe n’ibindi bihangange bikomeye kw’isi ku metero amajana umunani (800m) nka Marguerite Wambui na Caster Semenya.                                                                                           


Bikaba vyerekanye ko mugihe Caster Semenya atari mu mahiganwa Niyonsaba abandanya afata ikibanza ca Mbere.

8,273 total views, 1 views today

Categories : homepage kirundi Sports

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel