Scroll to Top

Shassir Nahimana umwe mu bafashije Rayons sport kwirahira Police fc muri Peace cup

By Radjabu Bosingwa / Published on Sunday, 18 Jun 2017 16:12 PM / /

Umukinyi wo hagati w’intamba mu Rugamba na Rayon sport Nahimana shassir umwe mu  bafashije umugwi Rayon Sport kwirahira umugwi Police FC, mu gikombe ca Peace Cup cari uno musi mu gice 1/4 .

Rayon sport ikaba yatsinze ibitsindo 2-0 muri ivyo bitsindo akaba yinjinje igitsindo ca mbere yatsindishije umutwe Ku munota wa 66 w’urukino . Shassir Nahimana mu nkino zi 3 za peace cup amaze gutsinda ibitsindo 6 .

Nahimana akaba ndetse afise ibitsindo vyinshi mu mugwi rayon sport aho afise ibishika kuri 13 .

12,005 total views, 1 views today

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel