Scroll to Top

#burundi| leonce ati nyimba hari intambara yimirije babimenyeshwe

By Editor / Published on Wednesday, 12 Jul 2017 03:26 AM / /

Leonce Ngendakumana yagize ico ashikirije inyuma yihimbazwa ry’ umusi mukuru wahariwe umurwanyi mw’ ibohero rikuru rya Mpimba.

Leonce agira ati nyimba hariho intambara yimirije ni babimenyeshe bose , abakomeye bitegure, ab’ amagara make bahunge.

Ivyo n’ ibindi kurikira ikiganiro kuri micro ya humura Burundi

4,056 total views, 1 views today

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel