Scroll to Top

Indwi yahariwe abarundi baba mu mahanga izanye ivyiza

By Julien Barinzigo / Published on Thursday, 13 Jul 2017 12:52 PM / /

Muri iki gihe indwi yahariwe abarundi baba mu mahanga yegereje, abarundi batari bake bariko baragaruka kuramutsa abo basize mu gihugu c’amavukiro.

Muri abo harimwo abarundi baba mu gihugu ca Australia.Umugwi ubaserukira waramaze kurira indege ugana igisagara ca Bujumbura.Nkuko vyemezwa na Minani Abel ngo ”Uyo mugwi wuriye indege igenekerezo rya 12 mukakaro  abarundi bakazowubona bitarenze kuwagatandatu atakigoranye”.

Abel ni imvukira ya Komine Nyanza Lac asanzwe aba mu gisagara ca Perth kiri mu burengero kure y’igisagara  ca Brisbane caberemwo imyimenyerezo.Uyo mugwi w’umupira w’amaguru uzo kina inkino zitari nke n’imigwi yo mu ntara za Makamba, Gitega, Ngozi na Bujumbura.

6,204 total views, 1 views today

Tagged as:

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel