Scroll to Top

Domitien Ndayizeye ati :” Sibo Mana.”

By Editor / Published on Monday, 24 Jul 2017 15:59 PM / /

Nyenicubahiro umukenguzamateka Domitien Ndayizeye yahoze aramutswa Uburundi ,  amenyesha ko yakoreye igihugu  bikwiye kandi ko atiteze gusubira guhunga, nayo abamutera ubwuba abamenyesha ko ataribo Mana ko niyamushaka izomuhamagarira ku gihe.

Ivyo n’ibindi kurikira mu kiganiro yahaye bagenzi bacu  b’amakuru y’iwacu

7,299 total views, 2 views today

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel