Scroll to Top

Nikoyagize arakeza i gi Plolice c’uburundi ku ntambwe cateye

By Editor / Published on Thursday, 03 Aug 2017 17:18 PM / /

Anshaire Nikoyagize arongoye Ligue Iteka arakeza i police c’uburundi ku ntambwe cateye mu kwubahuka kuvuga amabi akorwa mu gihugu, Nikoyagize agahakana kandi ko kubona hapfuye abantu barenga 30 ar’intambwe kandi atakintu na kibuze kugira  abantu bakingirwe.

 

Pierre nkurikiye akamenyesha ko bagiye guhagurukira abakoresha ibirwanisho bicira umuriro, kurwanya i biturire n’urudandazwa  rwa magendo , kwaka ibirwanisho ababitunze batabifitiye uruhusha , kurwanya urudandazwa rw’ibiyayura mutwe n’ibinyobwa bitemewe n’amategeko hamwe n’abavyihereza, badasize inyuma gukurikirana inyamiramabi

12,142 total views, 3 views today

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel