Scroll to Top

Fabrice Messi yamaze kuronswa amasezerano muri Bugesera Fc

By Radjabu Bosingwa / Published on Wednesday, 09 Aug 2017 09:57 AM / /

Umukinyi w’umurundi asanzwe akina hagati mu Kibuga eka no ku ruhande Ininahazwe Fabrice benshi bita Messi yamaze guhabwa amasezerano y’imyaka ibiri (2) mu mugwi Bugesera Fc, muri kino gihe umenyerezwa na Kanyenkore jean Gilbert Younde .

Messi yahora akinira umugwi APR Fc imyaka igera kuri ibiri 2 ariko ntiyigeze aronka umwanya ukwiye wo kwi garagaza mu Kibuga .


Mu kibukako Ininahazwe Fabruce Messi yaciye mu migwi ikomeye ya hano iwacu aho twovuga nka LLB S4A , Flambeaux de L’Est , hamwe na Volontaire Fc.

5,714 total views, 4 views today

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel