Scroll to Top

Big fariouz agiye kuza arakora ama Karaoke i Bujumbura

By KING YANN COOL / Published on Thursday, 10 Aug 2017 11:36 AM / /

Big fariouz nawe agiye gukora ama Karaoke buri wa gatandatu kuri Bambula.

Inyuma y’igihe ariko akora ibiteramo bitandukanye hirya no hino, Big Fizzo ashobora kuba agira atangure gukora ama Karaoke ngaha I Bujumbura.

Nkuko yabishikirije ku rubuga rwiwe rwa Instagram, ngo azoba ari imisi yose ya gatandatu kuri Bambula Bar Resto hamwe na Band +257.

Amajambo yashikirije kuri urwo rubuga rwa Instagram, Big fizzo yayaherekeje n’ishusho aho yana n’uwuri mu myimenyerezo anafise n’igitari ariko asa n’uwuvuza

5,033 total views, 4 views today

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel