Scroll to Top

#indundi Sports| Ndikumana trésor yamaze guhabwa amasezerano n’ Amagaju Fc.

By Radjabu Bosingwa / Published on Saturday, 12 Aug 2017 09:06 AM / /

Amakuru ava mu mugwi Amagaju Fc yemeza ko umukinyi w’umurundi Ndikumana Tresor yari asanzwe akinira Umugwi LLBs4A hamwe n’umugwi Nserukira Gihugu Intamba mu Rugamba amaze guhabwa amaserano y’imyaka ibiri mur’uwo mugwi.

Uwo mukinyi akaba agiye gukinana n’uwundi mukinyi w’Umurundi ariwe Shabani Hussein Tshabalala asanzwe  akinira uwo murwi nyene.

Tresor Ndikumana akaba akina hagati agiye mu mugwi Amagaju Fc amaze gufasha umugwi wiwe LLB gutahukana igikombe ca Primus league c’umwaka wa ( 2016-2017).

Tresor Ndikumana akaba yaciye mu mugwi Union Sporting hamwe na LLBs4A.

12,625 total views, 1 views today

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel