Scroll to Top

#indundi Sport| Basket Ball | “Igiti kigororwa kikiri gito”

By Alain Muhirwe / Published on Sunday, 13 Aug 2017 13:46 PM / /

Mu Kirundi barayamaze bati: “Igiti kigororwa kikiri gito .”Abahinga mu vy’inkino bemeza ko iyo umwana yize urukino urwo ari rwo rwose atahura gusumba, mbere bikazomutuma ashika kure muri urwo rukino.

 

Ico nico catumye havuka” Sports For Life Kazoza Academy”.
Ishure ryashize hamwe abana bababa 120, kuva ku myaka 4 gushika kuri 17, ryigisha ubuhimga bw’intango mu rukino rwa Basket Ball.
Twabasanze aho bakoreshereza imyimenyerezo yabo kugira batubwire intumbero yabo.

Ido n’ido mu Kiganiro aha Munsi

10,386 total views, 2 views today

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel