Scroll to Top

Umurwi CVR, uriko ugirisha inama i Makamba.

By Indundi Staff / Published on Thursday, 17 Aug 2017 03:11 AM / /

 

Umurwi ujejwe vy’ukuvugana ukuri n’ukurekuriranira waramutse ukoranya abaserukira amadini mu Ntara ya Makamba , mu ntumbero y’ukubahugura mu bijanye n’ibikorwa vyawo binyuranye bijanye n’ugutunganiriza abanyagihugu.

Ivyo bikorwa rero bikaba bigiye kumara imisi ibiri, harimwo n’uno musi.

Aha twokwibutsa ko uwo murwi ufise amamuko mu masezerano ya Arusha yabaye mu mwaka wa 2000, nayo itegeko riwugena rikaba ryatowe kw’igenekerezo rya 15 Rusama 2014, maze umurwi w’abawugize nawo ugaheza ugashirwaho mu kwezi kwa cumi na kabiri kwa 2014, inyuma y’imyaka 14 , usezeranwe kujaho i Arusha.

4,065 total views, 2 views today

Categories : Burundi homepage kirundi

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel