Scroll to Top

Urutonde rw’abakinyi 25 bazoguma muri Rayon sport

By Radjabu Bosingwa / Published on Wednesday, 23 Aug 2017 11:10 AM / /

 

Umugwi Rayon Sport wo mu Rwanda usanzwe ukinamwo abakinyi babarundi batari bake wamaze gutanga urutonde rw’abakinyi bazokwifashisha uno mwaka.

 

Mur’ urwo rutonde habonetsemwo Kwizera Pierrot, mu gihe hari amakuru yaguma avuga yuko ashobora kwerekeza mu bihugu vy’abarabu.

Rayon sport yari ifise abakinyi bagera kuri 37 bariko barakora imyimenyerezo ariko batoyemwo 25 abandi bababwira baronderere ahandi, amakuru twaronse nuko muri abo bakinyi 12 birukanywe harimwo indwi 7 bari bagifitaniye amasezerano n’uwo mugwi. Royon Sport ikaba yemeye kubatiza muyindi migwi nka Mukura Victory Sport hamwe na Etencel .

 

Abakinyi Rayon sport igiye kwizokwifashisha uyu mwaka

1) Mutuyimana Evariste
2)Ndayishimiye Eric Bakame
3) Kasim
4) Irambona Eric
5)Nyandwi Sadam
6)Mugabo Gabriel
7)Rutanga Eric
8)Mutsinzi Ange
9)Nzayisenga Jean d’Amour
10) Manzi Thierry
11) Usengimana Faustin
12) Rwatubyaye Abdouk
13) Kwizera Pierro
14)Manishimwe Djabel
15)Muhire Kevin
16)Mugisha Fran├žois
17)Niyonzima Olivier
18) Niyonzima Ally
19) Nova Bayama
20) Habimana Yussuf
21)Kone Tidiane
22) Mugisha Gilbert
23) Nahimana Shassir
24) Bimenyinama Bon fils Caleb
25) Tamboura Alhassane ariko aragaregezwa

4,213 total views, 1 views today

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel