Scroll to Top

Regideso: Ibiciro bishasha vy’umuyagankuba

By Julien Barinzigo / Published on Sunday, 27 Aug 2017 04:46 AM / /

Ishirahamwe rijejwe amazi n’umuyagankuba Regideso riherutse gusubiramwo ibiciro .Nkuko bishikirizwa n’abakora muri iryo shirahamwe ibiciro bigiye kuduga uku gukurikira.

Mu gihe  uwahora agura kwh 50 ku 3400fbu ubu azozigura 4100fbu,uwahora ahura kwh 61.59 ku 5000fbu ubu azozigura 7461fbu.Vyo ngeye uwahora agura kwh 97kur 10.000fbu  agiye  kuzigura 18000fbu.Uwahora kwh 134.047 ku 15.000fbu wewe azoziriha 28500fbu.Uwahora nawe agura 150kwh ku 17200fbu agiye gutanga 33100fbu.
Bikavugwa ko uwurengeje 150kwh ku kwezi azoca yinjira muri fagitire nini. Ibi biciro bikaba vyerekeye abagura umuyagankuba bakoresha mu mazu.

8,735 total views, 1 views today

Tagged as:

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel