Scroll to Top

Buhiga: Abepisikopi b’angirikani babiri nibo batiwe

By Julien Barinzigo / Published on Sunday, 27 Aug 2017 06:15 AM / /
Umwungere Mukuru Martin Blaise Nyaboho ariko aratira, Buhiga, Ku w’Imana, 28 Myandagaro

Kuri uyu wa mungu, ishengero ry’angirikani ryari riramutse ryatira abepisikopi babiri bo mu madiyoseze ya Gitega na Buhiga.Ibirori vyabereye muri Komine  Buhiga mu ntara ya Karuzi.Musenyeri Kimararungu Aimé Joseph yasizwe ngo abe umusubirizi w’umwungere wa diyoseze Gitega akazokwinjira muri ayo mabanga mu gihe kiri munsi y’umwaka. Musenyeri Nijimbere Evariste akaba yaciye aganwa mu mabanaga yo kurongora diyoseze nshasha ya Buhiga

Iryo yatigwa ryari rongowe n’umwungere araongoye ishengero ru’Angirikani mu Burundi, Musenyeri Mukuru Martin Blaise Nyaboho.

Reta y’Uburundi ikaba yari yaserukiwe n’icegera ca kabiri c’umukuru w’inama nkenguzamateka, Niyongabo Pontien bari kumwe n’icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu, Gaston Sindimwo.N’umushikiranganji w’abamara y’abantu, Nijimbere Josiane yari yahishikiye.

8,196 total views, 4 views today

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel