Scroll to Top

Umuntu umwe yaraye ahitanwe n’umutego w’ababisha

By Indundi Staff / Published on Thursday, 31 Aug 2017 06:54 AM / /

Umuntu umwe niwe yaraye ahitanwe n’umutego, atanishe,  w’inkozi z’ikibi wari watezwe ahitwa Donge-Burasira muri Komine Muagamba muri iri joro ryaraye rikeye. Abajejwe umutekano bamenyesha ko bariko baragira amatohoza maze gutyo inkozi z’ikibi zakoze iryo shano nazo ziheze zivugutirwe umuti n’ubutungane.

Aha twogirako twibutsa ko icaha c’ukugandagura umuntu n’ibigirankana kandi wabiteguye, gisanzwe gitegekanijwe kandi kigahanwa n’ingingo ya 213 iri mu gitabo ca kabiri c’amategeko mpanavyaha y’Uburundi.

Categories : Burundi homepage kirundi

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel