Scroll to Top

Ubuzima Belyse Inamahoro yabayemwo buzokiza abigeme benshi

By Editor / Published on Friday, 01 Sep 2017 07:43 AM / /

Belyse Inamahoro  umwe mu barundi biga mu mahanga amaze gutahura ko bigoye guterimbere ku mwana w’umukobwa, bivuye kenshi na kenshi mu kibano, akamara kandi  no gutembera haba mu bihugu duhana imbibe eka ni bulayi, yahisemwo kugaruka gukangurira amwigeme w’umurundikazi mw’iterambere.

ku myaka 22 yo nyene, yibutse ubuzima yaciyemwo, Belyse akaba yaramaze gushiraho inzira yemeza ko ishobora gufasha umwigeme kuronka ubumenyi buzomufasha guterimbere ahejeje amashure muco yise ”Sisters in Succes”.

Mu kiruhuko co muri rino ci (2017) Belyse ntiyareze amaboko kuko yateye intambwe mu gutanga ubwo bumenyi ku bigeme bagera kuri 24.

Ivyo n’ibindi kurikirana mu kiganiro aha musi 

7,934 total views, 2 views today

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel