Scroll to Top

Bukebuke Yanick yerekeje muri Bugesera Fc

By Editor / Published on Saturday, 02 Sep 2017 07:18 AM / /

Umukinyi yavukiye i Burundi muri kino gihe afise ubwene gihugu bw’Urwanda, Bukebuke Yanick yamaze guhabwa amasezerano y’imyaka ibiri mu mugwi Bugesera Fc.

Bukebuke yanick akaba agiye gusangayo abandi bakinyi b’abarundi nka Nininahazwe Fabruce Messi, hamwe na Steeve Nzigamasabo , Yanick yakuriye mu mugwi wa hano iwacu witwa Etoile de Dieu araca no mu mugwi Flamengo Fc mu Rwanda naho akaba yakiniye umugwi APR FC hamwe n’Umugwi Sun Rise Fc.

1,277 total views, 2 views today

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel