Scroll to Top

Sports for life “Twifuza kazoza keza muri Basketball ” [ Interview]

By Alain Muhirwe / Published on Monday, 04 Sep 2017 07:10 AM / /

Nk’uko twabibashikirije mu birori vy’ukurangiza ibikorwa vyo mu buruhuko mw’ishirahamwe ry’urukino rwa Basketball ( Sport for Life Kazoza Academy), uwuserukira imbere y’amategeko iryo shirahamwe, yagarutse ku ciyumvro n’imigambi ya kazoza bafise.

Hakizimana Alexis yaboneyeho akaryo k’ugushikiriza iciyumviro bafise c’ugukwiragiza iri shule mu gihugu hagati kuko bafise umugambi nyamukuru w’ukuramurira igihugu imikangara ifise ubuhinga bukomeye mu rukino rwa Basketball. Ni mumwumvirize.

 

6,362 total views, 2 views today

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel