Scroll to Top

#Indundi Sports| EAC Military Games: Imigwi yaserukiye igihugu cacu yafashe ikibanza ikihe?

By Alain Muhirwe / Published on Wednesday, 06 Sep 2017 13:30 PM / /

Kuva ku wa 26 Myandagaro gushika ku wa 5 Nyakanga, hano mu Burundi, hariko harabera inkino zihuza abasilikare bo muri kano karere ka Afrika y’Ubuseruko. Igihugu cacu kikaba cari caserukiwe n’umugwi w’igisilikare c’Uburundi wa Muzinga.

Ibitoroheye uyo mugwi kugira ushobore kuja mu bibanza vya mbere mu bihugu bine vyari vyitabiriye ayo mahiganwa. Twifuje kugaruka mu nkino zose zabaye, turaba uko Uburundi bwigenjeje.

Umupira w’amaguru: 1. Tanzanie – 2. Kenya- 3. Uganda -4. Burundi

Basketball: 1. Tanzanie- 2. Burundi-3. Uganda- 4.Kenya

VolleyBall: 1.Kenya -2. Tanzanie-3. Uganda-4. Burundi

Cross country:1. Tanzanie- 2. Uganda- 3. Kenya – 4. Burundi

NetBall: 1. Kenya- 2. Tanzanie – 3. Uganda- 4. Burundi

Inkino zigira icumi n kabiri zikazobera mu gihugu ca Kenya mu mwak uza, Uburundi bukba bwari bwakiriye izo nkino ku ncuro ya kabiri kuko ubwa mbere bwakiriye izo nkino u mwaka w’2011, bwongera bufata ikibanzagishimishije.

 

8,620 total views, 77 views today

Tagged as:

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel