Scroll to Top

#Indundi Sports| Super Coupe: Umviriza uko Olympique Stars yiteguye[ Interview].

By Alain Muhirwe / Published on Thursday, 07 Sep 2017 09:58 AM / /

kw’igenekerezo rya 9 Nyakanga, mu gisagara ca Muyinga niho hazoba urukino rw’igikombe ca Super Coupe, igikombe kizohuza umugwi wa Olympique Stars na Lydia Ludic Burundi, ari nayo migwi izoserukira igihugu mu mahiganwa mpuzamakungu.

Umumenyereza w’umugwi wa Olympique Stars, Wello Hussein yatangaje uko bariko baritegurira urwo rukino rwo ku munsi wa gatandatu. Mwumumvirize hano:

Urwo rukino rukaba ruhuza umugwi watwaye igikombe c’ihiganwa rya Primus Ligue (2016-2017) hamwe n’umugwi watwaye igikombe c’umukuru w’igihugu. Igikombe cama kiba imbere y’indwi imwe gusa kugira ihiganwa rishasha ritangure.

7,411 total views, 2 views today

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel