Scroll to Top

Vovo Seleman yamaze kugurwa muri les Lierres

By Editor / Published on Friday, 08 Sep 2017 12:33 PM / /

Umukinyi w’inyuma yahora akinira umugwi Vital’o Fc Vovo Seleman yamaze kugurwa n’umugwi Les lierres.

Vovo Seleman akaba yashize igukumu ku masezerano yo gukinira umugwi Les lierres Fc mu kiringo c’umwaka akaba aje akurikira umunyegori Ndikumana Saidi batazira Tama yahoze akinira umugwi LLB nawe amaze kugurwa n’uyo mugwi.

Vovo Seleman akaba yari yaje mu mugwi vital’o Fc mu mwaka wa 2014 agiye kuwuvamwo muri uyu mwaka wa 2017 akaba yakiniye imigwi itandukanye harimwo n’Umugwi Athletico Olympic.

3,666 total views, 1 views today

Add Comment

Comments (1)

Manirakiza Theophile
2017-09-08 00:00:00

Theopilemani2017@gmail.com

Write a comment ...
Post comment
Cancel