Scroll to Top

Gitega:Umutama w’imyaka ijana yanigiwe mu nzu

By Julien Barinzigo / Published on Monday, 11 Sep 2017 12:01 PM / /

Mu ntara ya Gitega ku mutumba  Bihanga wo muri Komine ya Gitega umutama Gahungu Daniel w’imyaka 100 yarishwe anizwe kuri uyu wamungu mu gitondo igenekerezo ry’10 nyakanga.

Nkuko bivugwa n’igiporisi, bene kumuniga binjiye mu nzu babanje kumena uruhome.

Abakoze iryo shano ntibaramenyekana n’ico bamujoye ntikizwi. Bamwe bibazako boba ari abasuma .Ngo Daniel yibana wenyene’mu nzu. Ubugizi bwana nkubwo buri monogoje mu ntara zimwe zimwe nka Ruyigi.

 

4,411 total views, 4 views today

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel