Scroll to Top

Kayanza: Umukuru w’igihugu yatanguje urugendo rw’ urumuri rw’amahoro

By Julien Barinzigo / Published on Monday, 11 Sep 2017 14:13 PM / /

Nkuko vyari vyamenyeshejwe na Epipode Baranyikwa, icegera c’umukuru w’umugwibujejwe gutegura ibikorwa bijanye n’urumuri rw’amahàro , urumuri rw’amahoro rwatanguriye mu ntara ya Kayanza kuri uyu wa mbere igenekerezo ry’11 nyakanga .Ivyo birori vyari birongowe n’umukuru w’igihugu c’Uburundi, Petero Nkurunziza.

Ubu bugize incuro ya 11 urwo rumuri rugendagenda igihugu .Aho ruciye haza haraba ibikorwa vy’iterambere.Ibikoresho bikaba vyatanzwe n’abarundi na cane cane ibiro vy’umukuru w’igihugu. Bikavugwa ko uno mwaka ruzoshika mu natara 10.

Epipode yari yagize ati:”Vyanka, bikunda icipfuzo c’umukuru w’igihugu c’Uburundi co kubona Uburundi ari igihugu kirimwo amahoro n’iterambere kizoranguka”.

5,002 total views, 2 views today

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel