Scroll to Top

Yandikiye umukuru w’igihugu amumenyesha ko atanze imihoho

By La Rédaction / Published on Tuesday, 12 Sep 2017 05:01 AM / /

Nk’uko bibonekera mw’ibaruwa yandikiye umukuru w’igihugu cacu kuri uno wa kabiri uri hejuru igenekerezo rya 12 Nyakanga, uwahora aramutswa ubuyobozi bwa komine Mukike yamwandikiye amumenyesha ko agiye gutanga imihoho.

 

Muri iryo baruwa, Ngendakumana Jérémie yahora aramutswa ubuyobozi bwa komine Mukike mu ntara ya Bujumbura akaba atamenyesha imvo nyamukuru yamutumye afata iyo ngingo y’ugutanga imihoho uretse ko ashikiriza ko atakibashije kubandanya arangura neza imirimo yashinzwe y’ukuyobora iyo komine ya Mukike.

6,833 total views, 2 views today

Categories : homepage kirundi politics

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel