Scroll to Top

Umwe mu bana ba Dudu Niyukuri arakitswe n’amagara bikomeye

By KING YANN COOL / Published on Wednesday, 13 Sep 2017 12:45 PM / /

Ubuheta bwa Dudu Niyukuri, Mael Golden Niyukuri burakitswe n’amagara kandi bugiye kujanwa kuvurizwa hanze.

Mael Golden Niyukuri umwe mu bana ba Dudu Niyukuri umuririmvyi rurangiranwa mu gutazira n’uguhimbaza Imana arakitswe n’amagara muri kino gihe.

Uwo mwana akiri muto ngo uburwayi afise ntibushobora kuvurirwa hano Iwacu, abaganga bakaba batanze uruhusha ngo riko ajabukanwe ujabunakw inyuma ya Afrika ngo abaganga b’inzobere babashe kumuvura.

Uwo mwana akitswe n’amagara akaba ari ubuheta bwiwe, akaba afise imyaka 2 gusa.

7,228 total views, 1 views today

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel