Scroll to Top

Imigwi igiye guserukira Uburundi mw’ihiganwa ry’akarere ka 5.

By Alain Muhirwe / Published on Friday, 22 Sep 2017 09:31 AM / /

 

 

 

 

 

 

 

foto legende: Journal Iwacu

Mu ntango z’ukwezi kwa Gitugutu (1-7/10/2017), mu gisagara ca Kampala mu Buganda, hazotangura  ihiganwa ry’akarere ka  gatanu , mu rukino rwa Basket Ball. Imigwi igera kuri ine niyo izoserukira Uburundi.

Mu gihe Uburundi bwari bumaze umwaka budaseruka muri izo nkino, kuri uno mwanya bwamaze kuba bwemererwa guserukana imigwi igera kuri ine mu basore n’inkumi. Iyo migwi nayo, ikaba ari: Dynamo, Friends Team mu bagabo hamwe na Young Siters na Aigle Noir mu bigeme.

Imigw rero izokwitabira iryo higanwa ni:

Burundi : Dynamo, Friends Team, Young Sisters , Aigle Noir

Tanzania: Don Bosco- ABC- Savio

Uganda : BetWay Power- City Oil- KCCA- UCU

Kenya: KPA-Equity

Somalia: Horsed

Ethiopia: Hawasa City- Gonder City. 

Ivyo biri uko mugihe hakicikibonekeza hano mu Burundi ukutumvikana mu barongoye urukino rwa Basket Ball hano mu Burundi na cane cane hagati y’abarongoye ishirahamwe rikuru ( FEBABU na ACEBAB) yo mu gsagara ca Bujumbura.Zino ndongozi zikaba ziherutse guterwa akamo n’umukuru w’igihugu c’Uburundi ngo zirengere ico cose kizitandukanya.

2,548 total views, 1 views today

Tagged as:

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel