Scroll to Top

Habonetse amafoto ya Mobeto n’umugabo wa mushiki wa Diamond bari mu bihe vyiza

By KING YANN COOL / Published on Tuesday, 26 Sep 2017 18:59 PM / /

Habonetse ama foto ya Hamissa Mobeto arikumwe n’umugabo wa mushiki wa Diamond, bari mu bihe vyiza cane.

Iyindi nkuru iriko irabica bigacika muri Tanzania, n’iy’ama foto ariko arakwirakwizwa hirya no hino yerekana Hamissa Mobeto arikumwe n’umugabo wa Mushiki wa Diamond bari mu rukundo bikomeye.

Ivyo bikaboneka ko vyoba biriko bijanwa gufatanywa n’ivyari bigize imisi biriko biravurwa vy’uruvyaro rwa Diamond ruguma ruboneka, hirya no hino.

Ariko umugabo wa mushiki wa Diamond akavuga ko ayo ma foto ari aya kera, ngo ntaco yoba aje gukora muri kino gihe kuko ubu ata bucuti bafitanye. Uwuriko arayakwirakwiza ngo ashaka kumwinjiza mu bibazo atazi iyo biriko birata umutwe.

Izo foto zisohotse inyuma y’aho habonekeye iza Diamond arikumwe n’uwo mukobwa mu gitanda. Zikaba zaciye zemeza neza neza ivyariko biravurwa ko Diamond ariwe se w’umwana wa Mobeto.

6,233 total views, 3 views today

Tagged as:

Add Comment

Comments (1)

Firmat Irakoze
2017-09-27 00:00:00

Nukuraba Akikebuka Kuku Yarengeje . Kumuntu Twemera Cane Ubu Turabona Amateka Ye Arimabi.

Write a comment ...
Post comment
Cancel